Denis Music
This Denis_Beatz page, a page of music production
14/07/2025
Lero ndi chimwemwe by Denis-King Angley (official Audio).MP3
https://youtu.be/HrOdHs0oqpU?si=Bx1QVlaehSFZD57o
Share to your friends pls
Lero ndi chimwemwe by Denis-King Angley (Official Audio).MP3 wimbo wa wansembe Louis Kampala kuchokera Ku Dowa parish St Steven Dzaleka
18/03/2025
Ariko mbabaze !!!!!
Bigenda gute umukobwa agire abana 2 ntamugabo afise bisobanurako ni.......... Igitangaje n'uko bigira abntu bazi Imana. Shida!!!
Hi guys
Uyu muntu arakeneye inama zanyu, mumufashe ese yokora iki???
Aragira ati :
birababaje cane kwiyititrira ikintu kitari rwawe, kandi biragoye kureka ikintu ukunda n'umutima wawe wose, biragoye kandi kubana n'umuntu u*i ko wahatirije kugira agukunde. Numva nomureka ariko ndamukunda, umutima wanje nturiko uranyemerera kumureka sinzi impamvu. aragerageza kunyereka ko atanyitayeho, atankeneye, atanyiyumvamwo kandi ndabibona pe!! ariko kubera urukundo mukunda sindabiha agaciro. ubu tuvugana urukundo numva noruvamwo burundu, ariko ndibaza kubera iki yandemye uku?? kubera iki ntamukobwa n'umwe uriko ugerageza kuntahura vyibuze 1 kw'ijana. Ese nokora iki kugira mbeho nishimye???
Kaze!!!!
Umvirize aka kantu koguhindurira ubu*ima. Ntiwibagire gukora follow like na comment
ITANGAZO!!!
Ukaba wipfuza kwiga icongereza ku muhora wa WhatsApp ca ngaha👇👇👇👇👇 https://chat.whatsapp.com/IaDse6ql5zqJCOjfBn6N9w
Canke utwandikire kuri +265982003360 tugushire mubandi
M.N: dushaka abantu 20 bari sérieux
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Dowa-Malawi
Mponela
P.BOX16DOWA-
24/04/2025