Vouloir
travailler sans cesse dans le monde entier rien n’est gratuit
Abantu benshi kwisi imitwe irashushe,w wes afise ibibazo vyiwiwe knd bikomeye, none ndabafashiki??
iyi permis de conduire turayira
ngisha
nyeneyo cnkbuwo lumenya yotwandikira ngah muri commentaire yukamuguza nuwayitoye.han hana ibu butumwa, fondation j,aime na partager. murakoze
Ubwishime mfise m,ino misi,umenga nigihe mwigisha wa chimie ya rwara mfise rattrapage icirasiba bankoteye devoir
*Urutonde rw'Imiryango igizwe n'Abarundi*
Imiryāngo y’Ábahútu
1. Ababāmba
2. Ababānda*iu
3. Ababānga ck Abarǎngara
4. Ababéya
5. Ababéza
6. Ababibé*iu
7. Ababīngo
8. Ababíra
9. Ababógo
10. Ababōnga
11. Ababūnga
12. Ababúto
13. Abacǎba*iu
14. Abacânkǒndo
15. Abacéreza
16. Abacúri
17. Abadáha
18. Abadára
19. Abagǎmba
20. Abagányari
21. Abagarānzura
22. Abagáru
23. Abagasa
24. Abagēndo
25. Abagiri
26. Abagógo
27. Abagōna
28. Abagōngo
29. Abagoro
30. Abagórōba
31. Abagǒti
32. Abaguba
33. Abagúge
34. Abagumira
35. Abagwe
36. Abagwǐza
37. Abaha*aiu
38. Abahama
39. Abahânda
40. Abahânga
41. Abahânza
42. Abaházi
43. Abahēka
44. Abaheta
45. Abahema
46. Abahǐgi
47. Abahīmba*aiu
48. Abahīnda*iu
49. Abahīza
50. Abahizi
51. Abahǒndōgo*iu
52. Abahōro
53. Abāhuka ck Abǎmbaramisǎnga
54. Abahūnga
55. Abajândi (Rāba Abahǐgi)
56. Abajîji
57. Abajwīri
58. Abakákwa
59. Abakáma
60. Abakāmbāzi*iu
61. Abakámiranyána
62. Abakáni
63. Abakāngwa
64. Abakara
65. Abakarávya
66. Abakāto
67. Abakebero
68. Abakébēro
69. Abakerwe
70. Abakíga*iu
71. Abakokoma
72. Abakoroka
73. Abakuzarushatsi
74. Abamâna
75. Abǎmbaramisǎnga ck Abāhuka
76. Abǎngu
77. Abanōna
78. Abanyábirézi
79. Abanyábugúfi*iu
80. Abanyágisáka*aiu
81. Abanyāmbo
82. Abanyǎnge
83. Abanyānko
84. Abanyarwānda*aiu
85. Abanyínya
86. Abanyōngǒzi
87. Abanyōngǒzi
88. Abanyoni
89. Abanyuka*iu
90. Abanyúrakuzímu
91. Abǎnzage (Rāba Abǎzãge)
92. Abapfúkwe
93. Abapfūmpfu*iu
94. Abapfúmu
95. Abaragáne
96. Abarágu¬¬¬¬¬
97. Abaragúra
98. Abaramá
99. Abaramira
100. Abarámya
101. Abarāmvu
102. Abarǎmvu
103. Abarānda
104. Abarānga
105. Abarǎngara ck Ababānga
106. Abarāngo*iu
107. Abarâro
108. Abarāyi
109. Abarǎza
110. Abarazi
111. Abarázi
112. Abarǎzi
113. Abaremēra.
114. Abarēnge
115. Abarera.
116. Abarima
117. Abarīmbi (Aběne Rurīmbi)
118. Abarînda
119. Abarishi
120. Abarōngo
121. Abarugwe (Raba Abagwe)
122. Abarūnga
123. Abarwāmba
124. Abaryǎme (Rāba Abaryāmirabānga)
125. Abaryāmirabānga (Rāba Abaryǎme)
126. Abasáho
127. Abasāma
128. Abasāngo
129. Abasatura (Ni Abahutu bagwiriye i Makamba)
130. Abasêkínyo (Raba Abajîji)
131. Abasekuye
132. Abasěnge
133. Abasȇngo*iu
134. Abashaka
135. Abashāmbo
136. Abashânza
137. Abashīngo*iu
138. Abashíra
139. Abashiri
140. Abashōma
141. Abashûbi
142. Abasiga
143. Abasigí
144. Abasízi
145. Abasǐndi*iu
146. Abasīne*iu
147. Abasǐzi
148. Abasōbōzi (Abahutu bamuka i Makamba i Vugizo)
149. Abasǒngore (Rāba Abamâna)
150. Abasōzo
151. Abasúka
152. Abasúma
153. Abasúra
154. Abasūra
155. Abatānda
156. Abatāba
157. Abatǎha (Abatāha)
158. Abatázīndúka
159. Abatīra
160. Abatîyága
161. Abatóbo
162. Abatôndo*iu
163. Abatǒnga
164. Abatsǐndagire*iu
165. Abavubikiro*iu
166. Abavúgo
167. Abavúmu*aiu
168. Abayége
169. Abayēmba
170. Abayēngero
171. Abayira
172. Abayógo
173. Abayōngo
174. Abayǔku
175. Abazáge
176. Abazibīra
177. Abazibira*iu
178. Abazígāba*iu
179. Abazíge
180. Abazǐmbūre
181. Abazirankende
182. Abazirantamana
183. Abaziragahama
184. Abazirāngwe
185. Abazûru*iu (Baba mu ntâra y’Uburagane)
186. Abēsa
187. Aběze
188. Abîru
189. Abūgama
190. Abûngúra
Isǐze ya 3: Imiryāngo y’Ábatūtsi
Ibúri ryā 1: Imiryāngo y’Ǎbatūtsi b’Ábanyaruguru
1. Ababānda*iu
2. Ababíbe*iu
3. Abacâbwǒya (Abanyákaráma)
4. Abagábe
5. Abagúběre
6. Abagumya ck Abazimya (Abanyákaráma)
7. Abagwǐza
8. Abaha*aiu
9. Abahiga
10. Abahīmba*aiu
11. Abahōka
12. Abahǒndōgo*iu
13. Abakāmbāzi*iu
14. Abakóno
15. Abakûndo
16. Abakwēto
17. Abamagabe
18. Abamfyūfyu (Abanyákaráma)
19. Abaniha (Abanyákaráma)
20. Abanüngwe
21. Abanyábugúfi*iu
22. Abanyágisaká*aiu
23. Abanyákaráma
24. Abanyāmbo
25. Abanyárukíga
26. Abanyarwānda*aiu
27. Abanyovu
28. Abanyáryěra (Abanyákaráma)
29. Abapfúmu*iu
30. Abaráma
31. Abaroha*aiu
32. Abarorêrá*ai
33. Abarórēre*iu
34. Abarǒta*ai
35. Abasǎmire
36. Abasapfu
37. Abasásu
38. Abasêngo (Abanyákaráma)
39. Abasereka
40. Abashāma
41. Abashāmbo
42. Abashōka*ai
43. Abashǒma
44. Abashūngura
45. Abasóvu
46. Abaterwa
47. Abatôndo*iu
48. Abatsǐndagire*iu
49. Abatsǐnga (Abatsīnga)
50. Abavubikira
51. Abavuma
52. Abavǔmbi
53. Abavúmu*ai
54. Abavuna (Abanyákaráma)
55. Abayogoma
56. Abǎzãge
57. Abazibira*iu
58. Abazígāba*iu
59. Abazigama ck Abagumya (Abanyákaráma)
60. Abazûru*iu
61. Aběga
62. Abênemagábe
63. Abênēngwe (cânké Aběnengwe)
64. Aběnerwāmba
65. Abôngéra*ai
66. Abōroha
67. Abūngura
Ibúri ryā 2: Imiryāngo y’Ábatūtsi b’Ábahíma
1. Abacǎba
2. Abacǒndogori
3. Abagândá
4. Abahēka ck Abahenyi
5. Abahīnda*iu
6. Abahǐrwa
7. Abāhuka ck Abǎmbaramisǎnga (Rāba mu Bahútu)
8. Abahwěre ck Abaswěre
9. Abakāmbāzi*iu
10. Abakwânurubgâkazi
11. Abǎmbaramisǎnga
12. Abanyákaráma*ai
13. Abanyuka*iu
14. Abapfūmpfu
15. Abaramuka
16. Abarēmbe
17. Abasagára
18. Abasāmbi
19. Abasāmbo
20. Abasǎnzu
21. Abasarágu
22. Abashěge
23. Abashěgu
24. Abashīngo*iu
25. Abasígi
26. Abaswěre ck Abahwěre
27. Abavējuru
28. Abayānzi
29. Abazígāba
30. Abazíragihákwe
31. Abǐrūntu
32. Abǒgēshankári
33. Abūnguti
Ibúri ryā 3: Imiryāngo y’Ábatūtsi b’Ábagánwa
1. Ababíbe *iu
2. Abagáni
3. Abāmbutsa
4. Abanyábugúfi
5. Abarāngo ck Abatâga
6. Abarórēre (Ndorêre-Rizōba ♀)
7. Abāsha
8. Abashōma ck Abashǒma
9. Abasīne*iu
10. Abasumano
11. Abaswěre ck Abahwěre
12. Abatâga ck Abarāngo
13. Abatáre
14. Abatāsha
15. Abatêrwá (Mutêrwánúmutíma ♂)
16. Abavuna
17. Abêzi
Isǐze ya 3: Imiryāngo y’Ábatwá
1. Abaha*aiu
2. Abahīmba*aiu
3. Abajīnja
4. Abakábije
5. Abanyábgǒnko (Rāba Abaha)
6. Abanyákaráma*ai
7. Abanyágisáka*aiu
8. Abanyarwānda*ai
9. Abarima*au
10. Abaroha*au
11. Abarorêre*ai
12. Abarǒta*ai
13. Abayānda
14. Abayovu
15. 2. Abayungwe.
16. Abênēngwe (Abênengwe)*ai
17. Abōngera*ai
Isǐze ya 4: Imiryāngo y’Ábakîko
1. Abagina (Abazulu)
2. Abakōngomǎni
3. Abalíbǎni
4. Abârábu
5. Abarumāníya
6. Abasénégale
Ibitwenza abana vyiriza abagabo kuzuba
Akarinyuma karahinda.
Football :Australie yashak itsinde banyegeje
Harya yayibuts ivyokury bahay yezu,
asama penalty ya .hubw bzshime ko. Batsinzwe vyonyen.
Yivuge umr commentaire ucukora partage
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Nairobi
KE00100
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Vouloir posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.