Ndagenda Hose

Ndagenda Hose

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ndagenda Hose, Cobitoke, Rugombo.

13/08/2026

Iyi choir hari amateka ndayiziko ariko hari haheze igihe kinini tutabona ibikorwa vyabo none kubwanje ndanezerewe no kwongera kwumva ubutumwa bwiza buciye mundirimbo zayo

Vuba ndabazanira abaririmvyi bakuriye muriyo barerewe muri iyi choir ubu mubazi muma choir akomeye y'aba Adventiste ngaha kwa Ntare

Ndagenda Hose

11/08/2026

Abantu muba muri ubwo burere badondaguye hamwe nahandi batiriwe baravuga nyabuna ntimuzosibe ngo muhimbe kuri iyo migisha jewe bazugurura urusengero nahageze

Abo tuzohurirayo rero tube turamenyana muri comentaire

Ndagenda Hose

09/08/2026

Ntavyinshi nokwirirwa ndavuga ukaba wayikunze wipfuza kuyiraba yose link πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ no muri comentaire
https://youtu.be/dYYE9d_36zk?si=M36ei_shQQJ5E883


Ndagenda Hose

06/08/2026

Naho mwanka kuvyemera IWACU HEZA CHOIR bari mukazi
Narababwiye icambere muze mwumviruza ubutumwa buri mundirimbo
Indirimbo z'iyi choir nukuri ni nziza cane zuzuye ubutumwa

Ziteguye neza cane, bambaye neza, amasanamu meza, location nziza, nibindi vyinshi vyerekana ko baba bateguye.
Yirabe yoseπŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

https://youtu.be/RdCR_vQU09E?si=1nUCfocdu1Rg0Aow

Ndagenda Hose

05/08/2026

Mbega ukunda bingana gute
Dushime Music Group?

02/08/2026

Wewe ntubuze Abamalayika baba mumuhogo wawe kuko impano ufise yo kuririmba ntisanzwe
Imana igukomwze mumpano yawe murabe vuba muduhe iyindi hit-song

Ndagenda Hose

01/08/2026
31/07/2026

From

&
Ndagenda Hose

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Rugombo?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Address


Cobitoke
Rugombo