Mr Blaise
WhatsApp 📞 69322074
Call 📱 69322074
Publicite
🙄😧Yeyeye ubuho birabaye ubugesera
Muri REGIDESO basavye kwo Ama Radio yokorera Nk'Ibujumbura😤
🙄🇧🇮Ngo Banque nkuru (BRB) Yibwe umufungo wa 800.000 Euros 😧
Zaryamungu
25/09/2026
Ntakundi mugire ijoro ryiza 😏😏🤨
25/09/2026
Uwu mujama nawe ngo ni ndabarahiye adasotorana zaryamungu😉😃
🤔🤫Iki nico caraye gitumye indirimbo ya Harmonize ariyo ihagarikwa mugihugu ca tanzanie mbere banagirako bamuca amande(Ihadabu) rya 5Millions Shiling 🤨
Kubwawe ubona baramurenganije canke👻
😆Sha nimba harumuntu atwenza nuno mujama mama yangu
ngo Big Fizzo yikoreye aga hip hop acatuma ba Mkombozi Lucifer naba B-face On The'flo bava iyo bari barinyegeje baja ahabona zaryamungu😄
😆😅 Uku niko B-face On The'flo Lolilo Simba na Mkombozi Lucifer bari kuraba Niruze ya Big Fizzo arigutwika mukuzuza 1Million vues zaryamungu
Gusa uyumuntu yakoze bino bontu numwana mubi😁
24/09/2026
👀✍️Umurwi nserukira gihugu w'Uburundi🇧🇮 Intamba Murugamba wabatarenza imyaka 20 (U20) uhejeje gutsindwa ibitindo 2 Numugwi wa Uganda murukino rwo kurondera ikibanza ca 3
Ntakundi haburana 2 hagatsina umwe reka tubahe kaze mubwa nyaburunga ✍️
24/09/2026
Ndayishimiye Youssuf Gallery 🔥🔥🔥
24/09/2026
😄🤣Ngumusaza mugupfa asotora iki............
Nimube mwemere umutama yarabasize kuki mutumva🏺
Telephone
Website
Address
Gitega