Wizard Ben The Berber

Wizard Ben The Berber

Share

Coiffeur ๐Ÿ’ˆ๐Ÿ’ˆโœ‚๏ธ

12/10/2026

Abafana ba Sat-B muze ngaha ndabahe inkuru nshasha ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Photos from Wizard Ben The Berber's post 11/10/2026

๐Ÿ“ฝ๏ธ๐Ÿ’ฃ๐Ÿ”ฅ Uku Sat-BVyari Vyifashe Kukibuga C' Indege โœˆ๏ธ Imbere Yuko Afata Urugendo ๐ŸŒ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌโœˆ๏ธ๐Ÿ”ฅ Yari Yipoweye Munzinga Yiwe Yimodoka ๐Ÿš˜๐Ÿ”ฅ
Knd attention satb Reba ukuntu asigay arumugango asigay asumba ba kondeboy ubuzima nibwiza pe

Photos from Wizard Ben The Berber's post 11/10/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœˆ๏ธ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Sat-B ntaraye mu Burundi agorobeje afata indege aja Nigeria kwaba Burna Boy ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌno muri Bรฉnin kuba Axel Merryl ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ผ ati uwushoboye uyu muvuduko naze tujane gukinira mukibuga cabakuru ๐Ÿ˜‚

Ninde tworungikana Sat-B kuyu muvuduko ๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€ muze tumwipfurize Urugendo Rwiza Papa Liam ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

11/10/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Haramakuru Avugako Sat-B Yagiye Na Jet Privรฉe Mugihugu Ca Nigeria ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Iyo Ndege Ikaba Yarungitswe Na Label Asanzwe Arimwo Ya ONERpm Nubwo Ayo Makuru Yoba Arayibihuha Atarivyo Ariko Sat-B Yamaze Kutwereka Ko Indege Ubu Kuriwe Yamaze Kuba Nka TAX Za Cangacanga ๐Ÿ™„๐Ÿค”

Ubu Mukwezi Afata Indege Kangahe? Yamaze Kuba Nkibindi Vyamamare Vyo Muri Africa ๐ŸŒ๐Ÿ™„๐Ÿค”

Sat-B Agiye Muri Nigeria ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Na Benin ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฏ Kwaba Axel Merryl Muntumbero Yokubandanya Ashikana Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Aho Utari Bwashike, Ikindi Kandi Sat-B Biravugwako Hari Amasanamu Agiye Nogufatira Mumugwa Mukuru Wa Nigeria ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ ILagos Ayo Masanamu Ashobora Kuzoba Ari Mundirimbo Bafitaniye Na The Ben ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ,

๐Ÿ”บ Kugeza Aka Kanya Hari Uwundi Muririmvyi Yoba Asumvya Sat-B Kwurira Indege Hano Iwacu? Muribuka Mumyaka Iheze Ukuntu Bamutuka Ngo Ntarurira Indege Narimwe? None Ubu Yayihinduye Nka Tax ๐Ÿš˜

๐Ÿ”บMunfashe Kumwipfuriza Urugendo Rwiza King Sat-B ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘‘ Ashike Amahoro Muri Nigeria ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‘Š๐Ÿ”ฅ

10/10/2026

Aba coiffeur bose bo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ baraziko arijew nfis ibikoresho bikaze
Vyomur salon โœ…utavyemera naw zana ivyaw Murii commentaire

10/10/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎB-face On The'flo nagashavu keshiiii ngo agiye kwitwarira abamututseko asigaye aroga yonger atanga amashano
Ntibigiye koroha

Photos from Wizard Ben The Berber's post 10/10/2026

LinoG Umvukuri numu Chr wiw ntibibazengo twaravyibagiye Monia Fleur๐ŸŒท

Wizard Ben the barber - WhatsApp channel 09/10/2026

Wizard Ben the barber - WhatsApp channel Follow Wizard Ben the barber's WhatsApp Channel. Join 26 followers for the latest updates.

09/10/2026

Abashigikiye B-face On The'flo muduze urutoke ๐Ÿ‘†๐Ÿฝ๐Ÿ‘†๐Ÿฝ

09/10/2026

LinoG Umvukuri๐Ÿ‘‘๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
๐ŸŽ™๏ธ๐ŸŽ™๏ธ๐ŸŽ™๏ธ๐ŸŽ™๏ธ

Telephone

Website

Address


Kibenga
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Wizard Ben The Berber posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.