Ildez net

Ildez net

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ildez net, Health/Beauty, Kiriri-vugizo, Bujumbura.

Photos from Ildez net's post 11/07/2026

๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ *Abasifuzi b'Abongereza Michael Oliver na Anthony Taylor NTIBAZEMERERWA gusifura imikino y'Ubwongereza canke iya Argentine* โŒ

*Impamvu:*
Abasifuzi ntibemerewe gusifura imikino y'igihugu cabo, kugira hibirindwe *impaka z'akazi* / *ukudakora akazi k'unyangamugayo*.

Kandi ntibashobora gusifura n'imikino ya Argentine kubera *impamvu za politiki*. Dusubiye inyuma mu 1982: Intambara ya Falklands yabaye hagati ya Argentine n'Ubwongereza, nk'uko The Athletic yabivuze ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท

Wowe ubitekerezaho gute iyi ngingo?

30/06/2026

Netherlands bayikozemwo akazi,maroc yagazwe bantu banje

27/06/2026

Jordi liongola muri cheffield wednesday muze mumukeze โค๏ธโค๏ธ

27/06/2026

Amahimwe nimeshi kugifovya cabonetse kuri match de charte

27/06/2026

Knockout โšฝโšฝni Allez-retour urushijwe ugataha .mutaha amagwe iyihe mirwi izabandanya100%

Photos from Ildez net's post 24/06/2026
Photos from Ildez net's post 19/06/2026

Tubazaniye bishasha na code promo zibiri:
1)1xbet:MONGO57
2)888starz:MONGO
Kurakakaryo mugihe uburyo beokuriha mumenyereye bwavuyemwo,ukaba ukeneye depot rondera iyi numero 68253980 watsapp
Akandi karusho ugurura ukoresheje code promo๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Wironkera amabonus๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Nkuko muvyibonera kumafoto
Muze muri groupe muronke ama coupon burimwanya,live,mama prediction yizewe
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://chat.whatsapp.com/K0w4Yq9tae8AVdd4xCTw35?mlu=1&s=cl&p=a

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Kiriri-vugizo
Bujumbura