Faith

Faith

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Faith, Health/Beauty, Maramvya, Bujumbura.

24/12/2025

🙏🙏

21/07/2025

Iga kubana nexa n'abantu

21/07/2025

Kwiga gusenga

21/07/2025

Igi gusaba mbabazi

20/07/2025

Ijambo 🙏

08/12/2024

🔵🟣Barcelona yarahiye KO Laliga itegerezwa vuba gufuta ikarata itukura bahaye Hansi Flick idasiguritse

Barcelona yiteguye guhangana na Laliga ifute ikarata itukura bahaye Flick ngo kuko ntakintu nakimwe yavuganye numuhagarikizi cotuma ahanwa Barcelona bavuga KO bategerezwa kumukurako iyo karata kuko atakibazo nakimwe cerekana yakoze catumye ahanwa Barcelona barashaka KO munkino 2 bazokina azoba ahari Rouge igafutwa

Source : RAC1✅

Photos from Faith's post 08/12/2024

❌🔥 🔥❌
🇧🇮🔥Nyuma yokwemeza Abanya umuririmvyi FLO Ubu yigaruk8ye M' Umuziki Ndundi Aho harikunugwanugwa kohoba harigikogwa ciwe kigiye kumuhuza na Fabelove DA K.SHAN BOY Mamayangu uyumuhungu Azonabica 🔥🔥🔥

Photos from Faith's post 08/12/2024

🤭 Ego Abarundi vyokworoha kubibumvisha kuko barazi ikirundi, ariko kwumvisha Umunya Cameroun,Gabon , Côte d'Ivoire, n'ahandi bibereye mubwiza bw'IMANA nk'ubu ko ari Illuminati, vyogorana ko bavyumva uvuga ururimi rumwe batumva 🤣🤷🏽‍♂️

Mureke IMANA yitwe IMANA.👏🏿

📷 Ça C'est Pour Hier au Côte d'Ivoire 🇨🇮 👇🏿

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Maramvya
Bujumbura