Miss Kelly Ngaruko

Miss Kelly Ngaruko

Share

Miss Burundi 2022

05/01/2024

HAppy January to y’all 🎈✨

14/11/2023

Same Story’s i don’t know why ?
Birateba Ariko Bigashika !

My Gee -B

08/11/2023

Hari Umuntu yangabiye Ukwezi..
Ehe ndakubahaye namwe mumpe Amashurwe yanje 🌹🌹💐🌸💐

24/10/2023

Gratitude Minute ✨
We've come a long way, thank you God, thank you team, thank you candidates, thank you partners. /1

02/10/2023

Ariko Aba bantu baratesa cane 🌹🌸☺️☺️

Wow Proud Cane Ba Chouchou 😘😘

18/09/2023

Hello Gira akajambo untuye muri Comment

Photos from Miss Kelly Ngaruko's post 17/10/2022

Nka Miss Burundi 2022 Nararonse ubutumire bwokwifatanya n’abandi muri Festival Umukuzo
Kuruhande rwanje ni Miss Polulaire, Twarahagiriye ibihe vyiza cane.

10/10/2022

Moi et mes Dauphines et la Miss Populaire Arrivant au Zion beach pour participer au 3ème édition du Forum de haut niveau des femmes leaders

04/10/2022

Abo kuri Facebook ndabaramukije 😍🥰😘
Nari ndabakumbuye, Aho Iwacu N’amahoro ?

Photos from Miss Kelly Ngaruko's post 08/08/2022

Pour clôturer mon premier trimestre, la
Je me suis rendu dans la province de Gitega pour encourager les jeunes femmes dans l’entreprenariat artisanal au côté de l’ONGI SPARK

30/07/2022

Ndakunda n’umuziki specialy uw’abigeme
Franchement sinari nzi yuko abigeme b’abarundikazi bokora ibintu nk’ibi mbonye ! 🇧🇮

Bravo kuri Belle 9ice 🙏🏾

29/07/2022

Ahantu mw’ibarabara ....🇧🇮

Address


Bujumbura-Gitega
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Miss Kelly Ngaruko posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.