Buhiri

Buhiri

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buhiri, Health/Beauty, Rubirizi, Bujumbura.

01/04/2026

iyo ngeso yo kwimugaza kandi mukomeye ni Mbii ejo ville narabiboneye

28/03/2026

kuri 2000 zawe ubona wonyidogera Abo tumaze kubikora ni : Alvin Smith Frimeur󱢏na Cheval Blanc Randheli Muzobabaze amakuru

27/02/2026

Sat-B Ubu abarizw mur gereza 🙆
inyuma yo Gufata Aka gakobwa kunguvu agahenda ngo azogaha collabo polisi yahise ifunga ishenzi

Gusa aya makuru ndabahaye ntimuyandagaze mubigire ibanga kuko page yanje boyugara 🙏 mwebwe gusa muze kwihorera 🤐

15/02/2026

uwu mumenya asige Lumicash
NB :uwuvuga fernando ntambaze ikintuu

06/02/2026

uyu mugabo yakubiswe nabanyagihugu bo mukamenge Aho yafashwe ariko afata kunguvu umwana w'umuhungu kandi nawe ari umuhungu uwo mwana yarafise imyaka 5

nawe iyuza kumubona wari gutora ubuhiri ugamukubita ??

mfasha unfolowinge (suivre) kuriyi page yanje

02/02/2026

Impera nimperuka KILIKOU AHA NIHE🎙️🔥zopfa kuko si zamu wiyi siii uzogire uburuhuko bwiza

26/01/2026

🐕 yakubiswe n'umugabo wiwe amufashe ariko asambana n'umuyaya kandi banahuje ibitsina

umugabo yavuze ati : iyo nsanga ari umuboyi hoho nabitahura kuko gutahura ko umubiri ugoye ndabitahura

wewe usanze ari Umugore wawe wovyifatamwo nkuwo mugabo cnk nawe woca ukorana n'umuboyi kugira umukomeshe ..✍️

Category

Website

Address


Rubirizi
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buhiri posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.