Ir Lionel+971

Ir Lionel+971

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ir Lionel+971, Health/Beauty, Rumonge, Bujumbura.

21/07/2026

Good evening everybody 🀝

12/07/2026

πŸ”΅πŸ”΄ Fc Barcelone umusaza iramurekuye akaba agiye kubandaniriza mu mugwi wa PSG.

Igifita intango gifita n' iherezo uwu mugabo ni umunyamugisha kl kuko nta mu menyereza numwe adahuza nawe.

06/07/2026

πŸ”΄Umusore yamal, inyuma yuko aja mu bwambariro (vestiaire), yabanje kuja kwihanganisha
Legend w'umupira w'amaguru .

06/07/2026

πŸ”΄ Portugal na Cristiano Ronaldo bahejeje gusezererwa na Espagne (1-0).

yatahukanye ibikombe nka vyose ariko Mondial yaramunaniye.

Umusaza akaba asezeye gukinira igihugu ciwe
Akirangije n'amarira πŸ₯²

05/07/2026

you all a blessed Sunday!" β˜€οΈπŸ™

03/07/2026

FT: πŸ‡¦πŸ‡Ί Australia 1-1 Egypt πŸ‡ͺπŸ‡¬

Penalties: 2-4

Egiputa barazi gutera ama penaliti, barahejeje gushika mugice c'umumani gishira icanyuma mugikombe c'isi βœ…

Ntagihugu na kimwe co mukarere ka Asia kikiri mugikombe c'isi.

03/07/2026

"You are an inspiring in my daily life, sir."πŸ™πŸ™

02/07/2026
02/07/2026

# +971
# et #

πŸ™

Category

Website

Address


Rumonge
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ir Lionel+971 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.