Victoria+257

Victoria+257

Share

Artiste Burundi victoria

Turning pain into power ful melodies

Real stories raw emotions

Born globally felt
Collabs & bookings

LinoG - SABANTU feat. Dj Katlous(official music video) 11/08/2026

ngiyi iyumwakašŸ‘‡šŸ‘‡šŸ‘‡šŸ‘‡šŸ”„šŸ”„šŸ”„

LinoG - SABANTU feat. Dj Katlous(official music video) SABANTULinoG umvukuri feat dj KatLousAudio: Jibu The Classic & ...

11/08/2026

None ga yemwe ntimubona ko mutima bamugobeye yiviriye muri sport kwabusigošŸ¤£šŸ¤£šŸ¤£šŸ¤£šŸ¤£šŸ‘‡šŸ‘‡šŸ‘‡šŸ‘‡

11/08/2026

šŸ«‚Nguyu umu yarungitswe munama yurwaruka muburundi ivyoyibereyemwo 🤣🤣🤣

Nkubu wosanga yumvise umuvuga butumwa ataco ariko aravuga🤣🤣🤣

11/08/2026

Ebagabo urwaruka rwaraye rwerekanye ko kwari igihugu cambere gikenye

ehe nimurabe ingene yaraye atwambitse ibara imbere yamakungu

Yamara.....eeeeeeee

Canke bamuteye atiteguye??

10/08/2026

šŸ«‚Ibaze ntiyari bwigere atwenga imana itaramuremera nanje narimaze igihe atamunezero ariko umusi mbonekerwa na wanje anyerekeza kurubavu rwanje nanje nisanze ndigutwenga birenz'urugero

Nanje ndibaza nti aha uyu nawe ntiyoba ariwe my ndamugumbiriye numva imbavu ahozakeha haruzuranye tubumwe ariko sinamubujije kuzangaburira kuri cacamwa🤣

Akajambo kamwe gusa šŸ™ā¤ļøšŸ”„šŸ«‚

10/08/2026

muri 2005 kwaruku none iyintara yayikuye kugiti niyahehe🤣🤣🤣🤣

10/08/2026

Yeeeeeeeeeeeeeeeeee menyeko yandirimbo baribamaze imisi bakina yagiye hanze kera

Kumenga inguvyu yazananye sizo iriko iragendako??

Nkubu woza wumva Kirikou A Kili ngo ashaka iyindi miduga ibiri🤣🤣🤣 uyumwaka wa kayanza zose zizoja iwiwe

Tomboza ninde wakayanza azozitwara???

10/08/2026

Kimwe ku Kindi abanyagitega subira rero mutwishimeko ngo mufise ingoma yaka ubu natwe Bujumbura dufise Ɖtage yaka

10/08/2026

Ehe numurabe mugenišŸ¤£šŸ¤£šŸ¤£šŸ‘‡šŸ‘‡

09/08/2026

mugutanga uwubaserukira hamanje kubaho ugupimana kugira bumvire uwukomeye yobaserukira kuko mwibuko ko neva yarasavye uwinguvu kwakimushaka🤣🤣🤣🤣

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Nairobi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address

Nairobi