Irakoze Fashion
Toutes vos produits de beauté à jour: robe, chaussures pour dames, homme, enfants,...
27/09/2024
Ne tardez pas à passer vos commandes en cliquant au 61 33 41 63 , pour vos articles préférés chez Irakoze Fashion. Centre ville ,
12/09/2024
Des chemises, longues manches, à Couleur unique, marque , disponibles chez Irakoze Fashion . Passez vos commandes suivant la couleur de vos préférences au 61 334 163 (WhatsApp).
12/09/2024
Allooo, abafise abana buca batangura amashure ntimutangwe. Amasakoshi meza cane yabashwayemwo muri Irakoze Fashion . Mugire ama komande kuri 61334163 vyihuta.
04/09/2024
Mu ntimwitinye, amakanzu agezweho, ibirato, amapantalon vy'abakenyezi n'abagabo, ....vyabashikiriye kandi bigezweho.
Aho uri hose, urashobora kugira komande kuri WhatsApp 61334163, bikagusangaho.
Kalibu-Kaze-Bienvenu muri Irakoze Fashion .
21/08/2024
Twagomba tubamenyeshe ko ivyambarwa bishasha vyabonetse. Ni ama dira, ibirato, amapantalo n'ibindi vyiza cane
Abipfuza gukora komande munyarutse. Ni mu misi itatu indwi itarenga.
14/08/2024
: Uwu musi tubahaye promotion. Aya makanzu ntabajane. Kalibu tubahe. Mugire commande vyihuta.
iri hagati mu gisagara ca , kw'ibarabara .
Gira commande kuri 61334163 (Appel & WhatsApp )
KAZE-KALIBU-BIENVENUES-
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rumonge