Jisaie brand

Jisaie brand

Share

My number +25766937953

🇧🇮🇧🇮
✅
💫
🦾🦾🦾🦾

26/09/2026

Good week end kuba nyeshure mwese canke ntibindaba ndihorere 🤣😂😂

25/09/2026

Baragukunda bakakwankira ubukene
Bobo baragayana✌️

Photos from Jisaie brand's post 24/09/2026

K***a uwugukunda niho uzoronka amahoro 😭🫶
Ndabakunda cane

Photos from Jisaie brand's post 21/09/2026

Good night ndibaze gahundayejo nukuja school

Tugirijoro ryiza twese🥰🥰✌️🫶

21/09/2026

M'uburundi murazikwarijewe ndatanguyekwambara iyonyambaro

Bisigurako kirikou yandiye copy
Kandi ivyobirahanwa

Mumuhanure ahebe copy

21/09/2026

B face na Big fizzo hunga umwami yahageze 🤣🤣🤣

20/09/2026

6k followers twamaze kuzikwixa twikomeramashi ndabakunda kuruta ukondikunda 🥰🥰🥰
Ninababura nzokwiyahura warahi🫶

20/09/2026

Ndabaramukije mwese so rekandabashimore kubamwemeye kubikora ndabakunda birenze

Rekatibikore ndabakunda birenze kabisa 💪 imana ibampezagirire

19/09/2026

Umunezero niwose ntavyogukina nabana 🤣🤣
Babagabo bambara izera bibazango ni AI🤣🤣🤣
Tjr visca Barca 👏💪

Website

Address

Makamba

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jisaie brand posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Makamba.