kunda Uburundi

kunda Uburundi

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from kunda Uburundi, Health/Beauty, Kabezi.

12/08/2026

Je fête mes 1 an chez Facebook. Merci pour votre soutien, cela ne ce serait jamais fait sans vous.🙏🤗🎉

10/08/2026
10/08/2026

Uburundi buteye igomwe

Photos from k***a Uburundi's post 10/08/2026

Uburundi ni bwiza.mutima w'afirika

08/08/2026

Abo kwa Ntare

04/08/2026

🇧🇮🇧🇮🇧🇮K***a uburundi🇧🇮 K***a abarundi #🇧🇮NIBI_BIMENYE! 🇧🇮🥁🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Iyo umutimbo avugije ingoma y'Uburundi ushobora kubibona nk'ibisanzwe ariko reka nkubwire ibi:

1️⃣ 🥁 Hari umunyamahanga azumvise aheba ibindi .

2️⃣ 🌍 Ashobora kuriha amamilioni ngo umutimbo w'umurundi amusange mu ku*imuvugiriza.

3️⃣ 🌳 Nubwo uyibona nk'igiti kiboyeheyeko urusato, irihigwa amahera menshi igafata ijanwa kure.🇧🇮🇧🇮

4️⃣ 🎶 Umu*iki uri mu ngoma y'Uburundi ufise ukuryoha ( ) , cane ubwonko bwa muntu.

5️⃣ 🥁 Umudiho wayo uraryoha kandi ukanatangarirwa cane gusumba uwakorewe muri kuri bamwe.

6️⃣ ✈️ Mu mahanga, kugira ushike aho ziriko ziravugirizwa ayatari make.

7️⃣ ❤️ Umudiho wazo Umutima, ukagabanya agahinda.

8️⃣ 🎵 Ushobora kuwuhuza n' nyinshi usanzwe u*i.

9️⃣ 💪 Iravuzwa usabwe kiretse inguvu za muntu.

🔟 👑 Ingoma zari zagenewe kuvugirizwa n' gusa.

🥁 *iki wayo uhinguwe mu vyuma uwugura ayatavugwa!

🌍 Wewe uciye aho ingoma ziriko zirasekera wigira?🥺🥺🥺

🤔 We ingoma ibisanzwe?🥺🥺🥺🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Kora twame dusangira ivyiza vy'Iwacu.k***a uburundi K***a abarundi K***a ivyiza vy'iburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Photos from k***a Uburundi's post 03/08/2026

Indero

Ikibazo gitanga uburenganzira bwo kuja mu mashure y'akarorero hamwe no mu mashure y'indaro kiriko kirakorwa mu gihugu cose, hakaba hari hitezwe abanyeshure 17965, muri bo abigeme bakaba barenga ibihumbi 10

Kuri uwu wa 3 Myandagaro 2026, Umushikiranganji w'indero n’ubushakashatsi, François Havyarimana, ni ho yatanguza, akaba yagitangurije kw’ishure shingiro rya Bukirasazi ya mbere riri mu ntara ya Gitega, aca abandandiriza kuri "Lycée Technique" Makebuko, arangiriza kuri "Lycée communal" Gihamagara, muri iyo ntara ya Gitega nyene.

Umushikiranganji François Havyarimana amenyesha ko ico kibazo gikorwa n'abanyeshure batatu bambere b’isomero ryose ry’umwaka wa gatandatu, akamenyesha ko kiriko kigenda neza muri tusangi. Yaneguye ariko kubona kw'ishure shingiro rya Janja ryo mu ntara ya Gitega, Umuyobozi waryo atamenyesheje abanyeshure biwe iri sango ry’ico kibazo. Ivyo rero ngo vyatumye abo banyeshure bahomba amahirwe yo kuzokwiga mu mashure yisumbuye y’akarorero n’ay’indaro. Umushikiranganji yamenyesheje ko hagiye gukorwa amatohoza kugira hamenyekane icatumye uwo Muyobozi atajana abanyeshure biwe gukora ico kibazo.

Umushikiranganji Havyarimana amenyesha ko mu banyeshure 17965 bari bitezwe gukora ico ikibazo mu gihugu cose, abigeme barenga ibihumbi cumi, agashima ko inyigisho ku bigeme ziri ku murindi mwiza ugereranije no mu myaka iheze.

Category

Website

Address

Kabezi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when kunda Uburundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Kabezi.