Aimablo Da Classic

Aimablo Da Classic

Share

information, Blogeur, Freindship

15/10/2026

🚨🚨Yaraye ahanishijwe kudakina inkino 4 zose kubwikarata itukura yahawe bahura na Villareal ni Vini Jr.

Aimablo Da Classic

15/10/2026

🚨🙍‍♀️🙍‍♀️Vini Jr 😃😃🤭🤭
Ndadamwe

15/10/2026

🚨🚨Wofana Madrid utoyifana komeramashi uyumwana.

Kuko yaraye yeretsisi ko arikurenganywa bikomeye.

Wamubonye Gute?

Aimablo Da Classic

15/10/2026

🚨🚨Ngaba abana batarahumana undabire iminota binjiriyeko nivyobakoze Ibaze nawe
🛑 iyo Real Madrid suko itokina umupira mwiza uhubwo ingingo mbi zumumenyereza zogukinisha umukinyi kubwivyo yagezeko mukahise niyo ituma Madrid yama mugahinda.

Harabana bokinumupira bitanga bakagwa nomukibuga barahari ariko Umumenyereza niwe abazingamitse kandi bino birmwo numuyobozi mukuru Pérez nibo bishumugwi wa Real Madrid.

Aba bana ninjie bagomboye wababonye gute?

Aimablo Da Classic

15/10/2026

🚨🚨🎙José Mourinho asa nuwuvugira Vini Jr kucatumye adakina urukino gwiza yagize ati: « Mbega mubona ari ibisanzwe ko umukinyi w’umugwi wo muri Espagne amenyeshwa ko yahanishijwe guhagarikwa mu mikino 4, hasigaye isaha imwe gusa ngo urukino rutangure?
Mbega ivyo ni ibisanzwe? Ntibari gushobora kubimumenyesha ubu nyene canke ejo mu gitondo?
Vyoba vyari ngombwa ko abimenyeshwa ari muri bisi?
NTA SONI BAGIRA! Ibintu vyose ubu biriko biraja ahabona. Ntibakigerageza no kubihisha.
Bagerageje kumwonona mu mutwe hasigaye isaha imwe gusa ngo urukino rutangure.
Kubera iki? Uwo ni umugwi wo muri Espagne, none ni kubera iki bagerageza kumugirira nabi? »

🎙 José Mourinho ati: « Igice ca mbere c’urukino ikosa ryari iryiwanje. Igice ca kabiri ciza cane cagizwe n’abakinyi, SI JEWE! »

Binoyavuze niko nawe ubibona?

Aimablo Da Classic

15/10/2026

🚨🚨Ndemeza neza ko ikibazo ca Real Madrid gihagaze hano hantu kandi kizogorana gutoremuti.

Nawe ubibona gute?

Aimablo Da Classic

15/10/2026

🚨🚨Narabivuze kuva kera ndavuga ko Midfield ya Anderson, Enzo, Cherki itokora mu nkino zikomeye, none uno musi vyigaragaje

No mu ndwi iheze kuri match ya Liverpool vyaraboneka ariko ikarata itukura ya Gravenberch yaciye ihindura ibintu kuko Gravenberch yariyabamize arumuntu 1 kugiti ciwe.

Kubera ko Cherki na Enzo bompi ari abanebwe, iyo bakiniye rimwe mu rukino rukomeye rusabwa ko Man City yiruka cane, igerageza kugarukana umupira, ntaco bafasha

Bituma Elliot Anderson bisa nkaho ariko arikinana mu kibuga hagati

Uno musi ku rukino rwa PSG niho vyagaragaye neza mu gice ca mbere

Man City yaronse agahengwe Bouaddi yinjiye, agafashanya na Anderson, Enzo akaja kuri 10 Hama Cherki ku ntebe

Mu nkino zikomeye, Umukinyi umwe hagati ya Enzo na Cherki ategerezwa kwicara! Ntukwiye gukinisha abenebwe babiri icarimwe! Baca batana akazi Anderson wenyene

Bouaddi ategerezwa gutangura!

Ibiharuro vya Bouaddi inyuma yo kwinjira mu gice ca kabiri asubiriye Cherki:

Iminota: 45
Assists: 1
Yakoze ku mupira incuro: 46
Yatse umupira incuro: 6
Amapasi yash*tse: 37 ( 95% )
Imipira muri Final Third: 6
Uburyo yaremye: 2
Interception: 1
Imipira yo hasi yatsindiye: 1

Nubwo batsinzwe ariko bino biharuro biteyubwoba

Umunyagrica Ayyoub Bouaddi 🇲🇦👏🏻 hejuru cane.

Aimablo Da Classic

Photos from Aimablo Da Classic's post 15/10/2026

🚨🚨Uku niko inkino zaraye zigenze kubibuga bitandukanye munkino zaraye zikinywe muri UEFA Champions League

Umugwi wawe witwae gute?

Aimablo Da Classic

14/10/2026

Mubona gute mukanya atanguje kuno mukibuga

14/10/2026

🚨🚨Nigiki utegereje kuri Diomande kuryumusi ?

Ahontiyosubjra kuba umucunguzi.

Aimablo Da Classic

Category

Website

Address

Bujumbura
1974

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aimablo Da Classic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.