Ihunja Tv
ππππππ ππ― β Ni urubuga rudufasha kumenya vyinshi bigezweho muburundi, muri Africa, Hamwe no kw'isi yose.
Turafasha kandi tugashigikira impano mukumenyekanisha ibikorwa vyabo. Ukaba wipfuza kwamamaza wotwandikira kuri whtsp ya 79058614.
12/10/2026
Kwa Abel Nduwayo Burundi n'uku bwakeye βΊοΈπππ ntimubure kuhicisha kwifotoza π nako kwiga kwifotoza .... Abel we yivugiye ngo :"Akakana kanje karazi kwifotoza basi .iyi nimpano nvukanwa kubakobwa.nzokabwira kanyize kwifotoza nanje."
Uyu mugabo yotwenza urukwavu kabisaaaaaaa πππ gusa sha gifise udukobwa twiza iki kigabo π
12/10/2026
Umunsi wambere mwiza kuri mwese
29/09/2026
Bayita BMT Buja, umugwi ugira umare umwaka utaduhaye film yawe bwite. Mbega AmΓ©dΓ©e MANURAKIZA Na Mr giti bari mubiki??
We Cadeau Ravelle, raba uvuze akaruru kugira mutwugururire ivyugaye, kuko mutarimwo Film y'uburundi ntiba ikwiye.
29/09/2026
Abantu mukurikirana film MISE EN GARDE ya NSORO , mubona gute uno mwigeme Angely ???
29/09/2026
Vugisha ukuri
29/09/2026
Andika AMEN, Wironkere imigisha
29/09/2026
π₯π₯π₯ Hagati ya bano bagabo n'abasore, uwukina neza gusumba abandi Ninde??? TUBWIRE
1. Abel Nduwayo Burundi
2. Mr Khan Burundi
3. Sahili NKURU
4. Sabbas Nkurunziza
Twagiye muri commentaires kurubuga Ihunja Tv
29/09/2026
Tubwire ibintu bibiri ukundira muri iyi industry ndundi
29/09/2026
Ni bangahe bakunda uyu muntu ga hemwe?? Film Pakita mwayakiriye gute aho iwanyu?
Contact the business
Telephone
Address
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Ihunja Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.